Mu batangaje abakunzi b'umuziki, nka N'banj –'Nyerere'- yakejwe ku myaka 21 amaze ari umuhanzi.
Zuchu ni umugore w'umu nye Tanzania yarushije abandi m'ubuhinga bwo 'ku kibuga' (scene), mw'ihiganwa 'TRACE AWARDS', i Zanzibar.
Mu baserukiye EAC, Diamond Platnumz yarushije nka ba Burna Boyz, mu gutsindira umudali w'umuhanzi w'umu ny'Afrika muri rusangi.
Mw'iryo higanwa ry'umuziki ry'aba ny'Africa, mu mice 24, harimwo imidiho nka Afrobeats, dancehall, Mbalax, Amapiano, kizomba, genge, coupé-décalé n'iyindi.
Comments
Leave a Comment